Bibiliya Yera

Abalewi 14:52

Soma imirongo wifuje muri Bibiliya Yera.

52

ahumanuze iyo nzu amaraso y’iyo nyoni n’ayo mazi yatembaga, n’iyo nyoni nzima n’iyo ngiga y’umwerezi, n’ezobu iyo n’ako gatambaro k’umuhemba,